Skip to content
Scan a barcode
Scan
Paperback Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) [Rundi] Book

ISBN: 1923067095

ISBN13: 9781923067097

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) [Rundi]

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko

bushikana ku gukira n'umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw'umusaraba babe mu mwidegemvyo w'ubwiza bw'abana b'Imana (Abaroma 8:21).


Amasengesho ndetse n'ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y'isi. Basanze bishoboye kandi bifise ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y'ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy'ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.

Recommended

Format: Paperback

Condition: New

$14.96
Save $2.79!
List Price $17.75
50 Available
Ships within 2-3 days

Customer Reviews

0 rating
Copyright © 2025 Thriftbooks.com Terms of Use | Privacy Policy | Do Not Sell/Share My Personal Information | Cookie Policy | Cookie Preferences | Accessibility Statement
ThriftBooks ® and the ThriftBooks ® logo are registered trademarks of Thrift Books Global, LLC
GoDaddy Verified and Secured
Timestamp: 7/31/2025 12:38:21 PM
Server Address: 10.20.32.114